Informaciones generales
Madrid
Anuncio publicado
Detalle del anuncio
Ubutumwa bwa Yesu
Product Information
Haraciye imyaka ibihumbi bibiri, Yesu w’Inazareti avuze: «Igihe Mpwemu w’ukuri azozira, azobamenyesha ukuri kwose» Ni vyo vyabaye kandi bibandanya kuba biciye muri Gabriele, umuhanuzikazi akaba n’umutangabutumwakazi w’Imana muri iki gihe cacu.
Mu gitabo cayo gihambaye c’ubuhishuzi, «Iri n’Ijambo Ryanje. Alpha na Omega. Ubutumwa bwa Yesu. Ubuhishuzi bwa Kristo, buzwi n’abakristo nyakuri mw’isi yose», Kristo ubwiwe aragaragaza mu buryo buramvuye ukuri kw’ubuzima n’inyigisho vy’Umunyanazareti. Aarakosora inyigisho z’amakosa, araduha ivyari vyaranyegejwe na n’ubu n’ibindi kandi «Ukuri kwose», nk’uko yabisezeranye igihe y’isubiriza muri Yesu.
Iki gitabo cegeranije bimwe bimwe mu biri mu gitabo gifise impapuro zirenga igihumbi, «Iri n’Ijambo Ryanje»
If you have any questions, please write us in your language.
https://gabriele-publishing.com/
Comparte el anuncio
Estadísticas del anuncio
Número de vistas : 25
Última visita el : 19/04 en 20:40
Referencia : 208041